Go to full page →

Ikigabane ca cumi na gatatu: Ugucungurwa IY 116

Muri kino kigabane hamwe n'ibikurikira, umwanditsi ashikiriza ibintu vyo muri kazoza, mugabo kenshi akabivuga muri kahise, nk'umuntu ariko abirabisha amaso yigana ivyo yabonye. IY 116.1